Musenyeri mukuru wa Canterbury, ari we akuriye abandi mw'Ishengero rya Anglikani kw'isi, yamenyesheje ko atanze imihoho (yeguye) mu mabanga yiwe kubera icegeranyo c'agahomerabunwa ku muntu yihaye ...
"Ushaka kunyaruka, niwijane - ariko ushaka gushika kure, jana n'abandi," uko ni ko Dame Sarah Mullay yavuze mw'ijambo rya mbere yashikirije ku mugaragaro nka musenyeri mukuru mushasha wa Centerbury.