Amamiriyoni n'amamiriyoni y'abantu barageramiwe ari nka hamwe ata cokorwa kugira ngo ikwirakwira rya malaria itumva imiti nyamukuru rihagarikwe muri Afrika, nk'uko abahiga bagabisha. Imigera ya ...
Imibu ikwiye guhabwa imiti ya malaria yo kwica imigera itarayikwiragiza mu bantu, nk'uko abashakashatsi bo muri Amerika babivuga. Umugera utera malaria, uhitana ubuzima bw'abantu bagera ku 600,000 ...